Iyo ivyisi bikubangamiye
Biragoye gutahura
Kwari ngaha
Ntanumwe wo kuguhoza
Nabo wotabaje
Baragutwenga
Vyose ukumva
Ko bikurambiye
Bigoye kwakira
Ariko kimwe gusa
Ncuti nureme
Ari ngaha
Ari ruhande yawe
Arakwumva ncuti
Arindiriye kushika
Aguhoze aguhe inyishu
Y ibibazo vyawe vyose
Ari ngaha
Ntutinye
Niyo abavyeyi
Nawe boguheba
Yaba incuti na bagenzi
Bakagutererana
Yesu we aragusanga
Kuko niwe yakuremye
Yaco urondera
Munzira mbi
Ntutinye ari ngaha
Arindiriye ko watura
Izina ryiwe
Ariruhande yawe
Arakwumva ncuti
Arindiriye kushika
Aguhoze aguhe inyishu
Y ibibazo vyawe vyose
Ari ngaha ntutinye
Rema, rema (Ni Umwami)
Rema, rema (Niwe yakwitangiye)
Rema, rema (Niwe muvyeyi, Mugenzi, ni incuti iruta izindi zose)
Rema, rema (Ni inyishu)
Rema, rema (Araruhura)
Rema, rema (Niwe Alpha, Omega, Tanguriro n iherezo )
Ariruhande yawe
Arakwumva ncuti
(Rema, rema)
Arindiriye kushika
(Rema, rema)
Aguhoze aguh'inyishu
(Rema, rema)
Y ibibazo vyawe vyose
(Rema, rema)
Ari ngaha ntutinye
Ariruhande yawe
Arakwumva ncuti
(Rema, rema)
Arindiriye kushika
(Rema, rema)
Aguhoze aguh'inyishu
(Rema, rema)
Y ibibazo vyawe vyose
(Rema, rema)
Ari ngaha ntutinye